Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 7:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Igihe c’uko Imana ishitsa amasezerano yahaye Aburahamu cegereje, igitigiri c’ubwoko bwacu cari kimaze kugwira, kirongerekana cane muri Egiputa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Arikw igihe c’isezerano kigira gishike, iry’ Imana yasezeraniye Aburahamu, abantu baragwira, baba benshi muri Egiputa,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 7:17
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Imana y’ubwoko bwa Isirayeli ni yo yatoranije ba sogokuruza, ibaha kuba ihanga rikomeye mu gihugu c’ikinyamahanga ca Egiputa, hanyuma ibakuzayo ukuboko kwayo kw’ubushobozi,


Imana yamubwiye iti: ‘Uruvyaro rwawe ruzoba abanyamahanga mu gihugu kitari icabo, kandi bazogirwa abagurano, bacinyizwe imyaka amajana ane.’


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ