Ivyakozwe 6:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Twaramwumvise avuga ko uwo Yesu w’i Nazareti azosambura urusengero yongere ahindure imigenzo Mose yadusigiye.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 kuko twumvise avuga, ati Yesu Umunyanazareti azokombora aha hantu, kandi ngw azohindura imigenzo twahawe na Mose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |