Ivyakozwe 6:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Maze baca bagumura abantu bose, harimwo n’abashingantahe b’ubwo bwoko n’abigisha b’ivyagezwe, bafata Sitefano, bamutwara imbere y’inama nkuru y’abarongoye ubwo bwoko. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Bosha abantu n’abakuru n’abanyabgenge b’ivyanditswe baramugīra, baramufata, bamujana mw ikombe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |