Ivyakozwe 5:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe40 Nuko bemera impanuro ziwe, bahamagaza za ntumwa, barazikubitisha, bazitegeka kudasubira kwigisha muri iryo zina rya Yesu, baca barabarekura barataha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Baramwemerera, maze bahamagaje intumwa, barazitonagura, barazīhanikiriza ngo ntizize zigishe mw izina rya Yesu, maze barazirekura. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |