Ivyakozwe 5:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe36 Mu misi iheze, uwitwa Teyuda yaje yigira uwuhambaye, abantu bashika amajana ane baramukurikira. Amaze kwicwa, abamukurikira bose baca barasanzara, ntibagira ico bashikako. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 kuko mu misi ishize Teyuda yādutse yiyita agakomeye, igitigiri c’abantu gishika nk’amajana ane gikondōrera inyuma yiwe: maz’ aricwa, abāmwumvira bose barasābagira, bacika ubusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |