Ivyakozwe 5:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 Imana yaramushize hejuru imwicarika i buryo bwayo nk’Umutware n’Umukiza, kugira ngo ahe Abisirayeli ukwihana n’uguharirwa ivyaha vyabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Uyo Imana yaramushize hejuru n’ukuboko kwayo kw’i buryo, ngw abe Umukuru n’Umukiza, ngw ahe Abisirayeli kwihana no guharirwa ivyaha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |