Ivyakozwe 5:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Wa mukuru w’abarinzi b’urusengero aca ajana n’abarinzi bari kumwe, baja kuzana za ntumwa. Ariko babazana ku neza badakoresheje inguvu, kuko batinya ko abantu bobatera amabuye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Maz’ uwo mukuru w’abashibamyi ajana n’abagendanyi, babazana ku neza, kuko bātinya abantu, ngo ntibabatere amabuye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |