Ivyakozwe 5:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Ubwo nyene haca haza umuntu, ababwira ati: “Ba bagabo mwashira mw’ibohero bahagaze mu rusengero bariko barigisha abantu.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Haza umuntu arababarira, at’ Erega ba bagabo mwashira mw ibohero bari mu rusengero bahagaze bigisha abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |