Ivyakozwe 5:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 bavuga bati: “Twasanze ibohero ryugaye neza, n’abarinzi bahagaze ku miryango, ariko twuguruye twasanze ata n’umwe ariyo.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 bat’ Inzu y’abanyororo dusanze yugaye ata nkomanzi iriho na mba, n’abarinzi bahagaze ku nzugi, maze twuguruye ntitwasangamw’ umuntu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |