Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 5:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Vyatuma kandi abantu benshi bama bazana abagwaye bakabaryamika mu nderuzo no ku birago i ruhande y’inzira, kugira ngo Petero arenganye igitutu ciwe gipfume kibacako.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 bituma banaterurira abarwaye ku nzira, babashira mu nderuzo no ku birago, kugira ngo Petero ni yahaca, naho coba igitūtu ciwe gishike kuri bamwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 5:15
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze baramwinginga ngo yemerere abarwaye bapfume bakora no ku musozo w’impuzu yiwe, kandi ababukorako bose baca bakira.


Kuko yari yiyumviriye ati: “Naho nokora ku mpuzu yiwe gusa, nokira.”


Baca bakwiragira muri ako karere kose bazana abantu barwaye ku nderuzo, bakabajana aho bumvise ko Yesu ari hose.


Ndababwire ukuri, uwunyizera wese azokora ibikorwa nk’ivyo nakoze, mbere azokora n’ibibiruta, kuko jewe ngiye kuja kwa Data.


Ivyo bibaye, abarwayi bose bo kuri iryo zinga baca baraza Pawulo arabasengera, barakira.


Abantu isinzi bama bakorana bavuye mu mihana ikikuje Yerusalemu, bazanye abagwaye n’abafashwe n’impwemu mbi, kandi bose barakira.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ