Ivyakozwe 5:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Inyuma y’ivyo, intumwa zibandanya zikora ibitangaza n’utwumiza mu bantu, kandi abizera bose bama bahurira hamwe mw’ibaraza rya Salomo, bahuje umutima n’inama. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Ibimenyetso n’ibitangaza vyinshi bikorwa mu bantu n’amaboko y’intumwa: kandi bose bākoranira mw ibaraza rya Salomo n’umutima uhūye: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |