Ivyakozwe 5:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Ubwo nyene aca agwa hasi imbere y’ibirenge vya Petero, aracikana. Ba bantu baca barinjira, basanga na we arapfuye, baca baja kumuhamba, bamuryamika i ruhande y’umugabo wiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Uwo mwanya agwa imbere y’ibirenge vyiwe bukumbi. Ya misore yinjiye isanga amaze guhwera, iramujana, imuhamba i ruhande y’umugabo wiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |