Ivyakozwe 4:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Ni ivy’ukuri Herode na Pontiyo Pilato bifatanije n’Abanyamahanga hamwe n’ubwoko bwa Isirayeli bwo muri iki gisagara, kugira ngo bagwanye umusavyi wawe yera Yesu, uwo warobanuje amavuta. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Kandi vy’ukuri mur’ iki gisagara, Herode, bo na Pontiyo Pilato hamwe n’abanyamahanga n’imiryango ya Isirayeli, bākoraniye kurwanya Umushumba wawe yera Yesu, uwo warobanuje amavuta, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |