Ivyakozwe 4:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Uwo muntu yari yakize mu buryo bw’igitangaza yari afise imyaka irenga mirongo ine. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Kuk’ uwo muntu yar’ arengeje imyaka mirongwine avutse, uwakozwekw ico kimenyetso co kumukiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |