Ivyakozwe 4:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Nuko babanza kubatera ubwoba cane, hanyuma barabarekura barataha. Ntibaronse ingene bari bubahane kubera abari aho bose bariko bashima Imana ku vyari vyabaye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Na bo bongeye kubahahiriza, barabarekura, babuze uko bobahana kubg’ abantu, kuko bose bāhimbaza Imana ku vyābaye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |