Ivyakozwe 4:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Maze bararaka cane kuko izo ntumwa zariko zigisha abantu ko muri Yesu hari ukuzuka kw’abapfuye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 bababajwe cane n’uko bigisha abantu, bababarira yuk’ ukuzuka kw’abapfuye kwabonetse kuri Yesu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |