Ivyakozwe 3:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Aca amufata ukuboko kw’i buryo, aramuhagurutsa, ubwo nyene ibirenge vyiwe n’ingingo zavyo bica birakomera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Maz’ amufata ukuboko kw’i buryo, amukūra hasi: ako kanya ibirenge vyiwe n’ingingo zavyo bica birakomera, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |