Ivyakozwe 3:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Igihe Imana yazura umusavyi wayo, yabanje kumutuma kuri mwebwe, kugira ngo umwe wese muri mwebwe ahabwe umugisha mu kuva mu nzira ziwe mbi.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Ni mwebge Imana yatanguye gutumak’ Umushumba wayo imaze kumuzura, kugira ngw abahe umugisha, abahindure, umuntu wese ave mu bibi vyiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |