Ivyakozwe 3:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Uwo akwiye kuja mw’ijuru kurindirirayo igihe ivy’Imana yavugiye mu kanwa k’abavugishwa na yo bera vyose bishitse. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Arikw ijuru rikwiye kumwākīra, gushitsa ku bihe vyo gusubira guhindura ibintu vyose bisha, nk’ukw Imana yavuze mu kanwa k’abera bayo yavugisha bose, uhereye ubga mbere na mbere. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |