Ivyakozwe 28:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Se wa Pubiliyo yari arwaye inyonko n’amacinya, arembeye ku buriri. Nuko Pawulo yinjira aho ari aramusengera amurambitseko ibiganza, aca arakira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Se wa Pubiliyo yar’ arwaye inyonko kand’ agacibgamw’ amaraso, maze Paulo yinjira i we, arasenga, amurambikakw ibiganza, aramukiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |