Ivyakozwe 28:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Abantu bo muri iryo zinga babonye ico gikoko yenenena ku kuboko kwiwe, barabwirana bati: “Uwu muntu ategerezwa kuba ari umwicanyi, kuko n’aho yari akize ikiyaga, urubanza rw’Imana ntirumwemereye kubaho.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Abo badebaguzi babonye ico gikōko cenena ku kuboko kwiwe, baravugana, bat’ Uyu muntu ntabuze kuba umwicanyi; kandi naho yakize ikiyaga, Īdaca urwa nkunzi ntimukundiye kw abaho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |