Ivyakozwe 28:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Ni co gituma nabinginze ngo muze kugira ngo tuganire, ndabamenyeshe ko mbohewe ivyizigiro ubwoko bw’Abisirayeli bwari bwiteze.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Ivyo ni vyo nabatumiyeko ngo tuvugane tubonāna: kukw ivyo Abisirayeli bizigira kuzobona ari vyo vyatumye mboheshwa uyu munyororo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |