Ivyakozwe 28:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Maze mbonye ko Abayuda banse ingingo yo kundekura, nca nitwara kuri Kayisari. Ariko ntivyari bitumwe nuko ngomvye kuburanya ubwoko bwanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Arikw Abayuda batagaye, numva nkwiye kwitwara kuri Kayisari; ariko s’uko mfise ico ndega ubgoko bgacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |