Ivyakozwe 28:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Bamaze gutohoza neza ivyanje, bipfuza kundekura kuko ata kibi na kimwe canyagira cari gutuma nicwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Na bo bamaze kuncunaguza, bashaka kundekura, kukw ata nyanduruko yambonetseko yo kunyicisha. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |