Ivyakozwe 28:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Dushitse i Roma, Pawulo ahabwa uruhusha rwo kuba mu nzu ya wenyene, ari kumwe n’umusoda amucunze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Tumaze gushika Roma, umugabisha w’abasoda ijana ashikiriza imbohe umugabisha w’abasoda bahora bashibama kwa Kayisari: ariko bakundira Paulo kuba ukwiwe, ari kumwe n’umusoda amurinda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |