Ivyakozwe 28:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Tuhamaze amezi atatu, duca twurira ubwato bwava muri Alegizanderiya bwari bwabujijwe kubandanya urugendo n’igihe c’imbeho nyinshi cane. Umutwe wabwo wariko ikimenyetso c’ibigirwamana vy’amahasa bibiri vyitwa Kasitori na Polugisi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Tuhamaze amezi atatu, tuvudukayo mu bgato bgari bgavuye muri Alekisanderiya, bgari bumaze iyo misi y’urushana ku kizinga, ikimenyetso cabgo car’ Imana z’Amahasa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |