Ivyakozwe 28:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Maze ivyo bibaye, baduha icubahiro cinshi, hanyuma hageze ko tugenda badutekerera ivyo tuzokenera vyose mu rugendo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Baduha icubahiro mu buryo bginshi; maze mu gihe co kujabuka kwacu bashira mu bgato ivyo dukennye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |