Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 27:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Aho twahataye umwanya munini, kandi kubandanya urugendo kwari nk’ukwiheba kuko hari inyuma y’umusi mukuru w’impongano. Pawulo arababurira ati:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Hashize igihe kirekire, kandi kujabuka kubaye irinde, kukw igihe co kwisonzesha cari gishize, Paulo arabahanūra,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 27:9
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko rero mube maso kandi mwibuke ko mu myaka itatu tumaranye ntigeze mpengeshanya, ijoro n’umurango, kuburira umuntu wese muri mwebwe n’amarira menshi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ