Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 27:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Nuko tugenda twisunze urwo ruhande bitugoye, dushika ahantu hitwa Ibivuko Vyiza, hafi y’igisagara citwa Laseya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Tuhakikira bitugoye cane, dushika ahantu hitwa Vyambuvyiza, hafi y’igisagara citwa Laseya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 27:8
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu aca abwira abigishwa biwe ati: “Ndababwire ukuri, biragoye cane ko abatunzi binjira mu Bwami bw’ijuru.


Kubera bitari vyoroshe kumara muri ico kivuko igihe c’imbeho nyinshi cane cari kigiye kuza, benshi mu bari mu bwato bahitamwo ko twobandanya, kugira ngo bishobotse tumare ico gihe i Foyinike. Foyinike cari ikivuko c’i Kirete caraba mu bumanuko bushira uburengero no mu buraruko bushira uburengero.


Akayaga gakeya gaturuka mu bumanuko gahuhuse, baca bibaza ko urugendo ruja kugenda neza. Baca batangura gusoza bagendera hafi y’izinga rya Kirete.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ