Ivyakozwe 27:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Nuko tumara imisi itari mike tugenda bukebuke, dushika i Kinido bitugoye cane. Umuyaga utubujije kubandanya, duca tugenda twegereye uruhande rw’izinga rya Kirete rurabana n’i Salumone kugira ngo twikingire umuyaga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Tumaze imisi myinshi tugenda buhoro, dushika hafi y’i Kinido bitugoye cane, maz’ umuyaga utubujije duca musi y’i Kirete, imbere y’i Salumone, ngo tuhikinge umuyaga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |