Ivyakozwe 27:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe39 Bukeye ntibashobora kumenya iyo ntara barimwo iyo ari yo, ariko babonye ahantu hari umusenyi ku nkengera y’ikiyaga, bafata ingingo yo gutumberezayo ubwato ngo babuhagarikeyo hamwe bibashobokeye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)39 Ijoro rikeye, ntibāmenya ico gihugu, ariko babonye ikigobe kirimw’ umusenyi, baja inama yuko boshobora gushikanah’ ubgato. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |