Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 27:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

37 Abari muri ubwo bwato twese hamwe twari abantu amajana abiri na mirongo irindwi na batandatu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Kandi twese abāri mu bgato twar’ abantu amajana abiri na mirongwirindwi na batandatu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 27:37
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko abizeye ayo majambo ya Petero barabatizwa, abashika ibihumbi bitatu biyongera ku gitigiri c’abizera.


Bamaze kurya bagahaga, baca bata ingano mu kiyaga kigira ngo baremurure ubwato.


Maze Yosefu aca atumako se Yakobo n’umuryango wiwe wose. Bose hamwe bari mirongo irindwi na batanu.


Umuntu wese akwiye kwubaha abategetsi, kuko ata butegetsi na bumwe bubaho Imana itabushizeho. Ubutegetsi buriho bwashizweho n’Imana.


z’abantu banse kwumvira Ubutumwa Bwiza, igihe Imana yari icihanganiye abantu, aho Nowa yubaka ubwato. Abantu umunani gusa bari muri bwo ni bo barokotse bakira umwuzure.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ