Ivyakozwe 27:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 None rero ndabasavye murabe ico murya, kugira ngo mubeho; kuko nta n’umwe muri mwebwe azotakaza n’agashatsi ko ku mutwe wiwe.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Nuko ndabinginze, ni murābe utwo murya: kukw ari vyo vyobakiza, kandi ntihazohara agashatsi na kamwe ko ku mitwe yanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |