Ivyakozwe 27:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Maze abatwara ubwato bagerageza gutoroka ngo babuvemwo, bururutsa ka kato ko kwifashisha mu gihe c’impanuka, babesha ngo bagiye kurekurira mu mazi ivyuma vy’imbere na vyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Maz’ abagendesha ubgato barondeye ingene bobuhungamwo, bururukiriza ka kāto mu kiyaga, biyenzereza nk’abagomba kuzirikisha ivyuma umutwe w’imbere. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |