Ivyakozwe 27:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 ambarira ati: ‘Ntutinye Pawulo we! Utegerezwa kuzoburanira imbere ya Kayisari; kandi kubera wewe, Imana izozigama ubuzima bw’abo muri kumwe bose.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 arambgira, ati Nta co utinya, Paulo; ukwiye guhagarara imbere ya Kayisari, kand’ ehe Imana ikwemereye n’abo mugendanye bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |