Ivyakozwe 27:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Nuko tuba muri ako kaga ko kuzungagizwa n’ibihuhusi kugeza aho batangura guta mu mazi bimwe mu vyari mu bwato ku musi ukurikira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Tuzungagizwa cane n’igihuhuta, bukeye bg’aho bata imitwaro mu kiyaga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |