Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 27:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Bamaze kukaduza mu bwato, baca bakabohesha imigozi. Kubera batinya ko bwohava bubajana mu musenyi ushaya w’ahitwa Suriti muri Libiya, baca barekurira mu kiyaga icuma kiremereye kiboheye ku migozi, hanyuma barareka umuyaga ukubeba ubwato ubujana iyo ushaka.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 bamaze kugaterura, bābīra ibitsibo vy’integakiba, babicisha musi y’ubgato, barabuboha: kandi kuko batinya gusukwa ku musenyi ushaya witwa Suriti, bamanura igihuzu kigendesha ubgato, bagenda bartyo bakubebga.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 27:17
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Duca tugenda twegereye izinga rito ryitwa Kawuda kugira ngo dushobore kwikinga umuyaga, twiyegereza akato ko kwifashisha mu gihe c’impanuka bitugoye cane.


Ariko rero, hariho izinga rimwe ubu ubwato buzosabirako.”


Batinye ko ubwato bwohava bwiseka ku mabuye, baca barekurira mu mazi ivyuma bine biremereye biboheye ku migozi bibuza ubwato kugenda bibohewe ku bwato inyuma, barira ko bwoca.


Nuko bacagagura ya migozi yari ifashe vya vyuma, babirekurira mu mazi, babohora n’imigozi yari iboshe ingafe, baduza igihuzu c’imbere kugira ngo umuyaga usunike ubwato ubujana imbere, basoza batumbereye ku musenyi wo ku nkengera.


Ariko ubwato buca bwiseka mu musenyi mwishi burahagarara, umutwe wabwo uruma mu musenyi, igihande c’inyuma na co kirasaba kubera imipfunda yacisekako n’inkomezi nyinshi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ