Ivyakozwe 27:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Duca tugenda twegereye izinga rito ryitwa Kawuda kugira ngo dushobore kwikinga umuyaga, twiyegereza akato ko kwifashisha mu gihe c’impanuka bitugoye cane. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Duca musi y’akazinga kitwa Kilawuda, tuhīkinga umuyaga, tubona uko tuboha akāto k’inyuma bitugoye cane; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |