Ivyakozwe 27:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Akayaga gakeya gaturuka mu bumanuko gahuhuse, baca bibaza ko urugendo ruja kugenda neza. Baca batangura gusoza bagendera hafi y’izinga rya Kirete. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Maz’ umuyaga uturutse i bumanuko uheheye buhoro, bibgiye ko baronse ico bāgomba, bazitura ubgato, bagenda bakikira hafi cane y’i Kirete. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |