Ivyakozwe 27:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Bamaze gufata ingingo ko tuja mu Butaliyano n’ubwato, Pawulo be n’izindi mbohe bashikirizwa umukuru w’abasoda ijana yitwa Yuliyo, yari umwe mu basoda bakuru bo mu muce w’abacungera ubuzima bwa Kayisari. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Bamaze gushinga ngo tujabuke tuje muri Italiya, Paulo n’izindi mbohe babaha umugabisha w’abasoda ijana yitwa Yuliyo, wo mu ngabo za Augusito. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |