Ivyakozwe 26:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 na canecane ko wewe usanzwe uzi neza imigenzo y’Abayuda n’impari zabo. None rero ndakwinginze unyumvirize wihanganye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 kandi cane‐cane kuk’ uzi imigenzo n’impāri vyo mu Bayuda vyose: ni co gitumye nkwinginga ngo wihangane, unyumvirize. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |