Ivyakozwe 26:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Pawulo asubizayo ati: “Umwanya waba muto canke munini, nta co bitwaye. Ico nsaba Imana n’uko atoba wewe gusa, ariko n’abariko baranyumviriza bose uwu musi bomera nkanje, uretse iyi minyororo.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Paulo, ati Ndasaba Imana ari bike ari vyinshi, yukw atoba wewe wenyene, ariko n’abanyumva uyu musi mwese, ko vyobahindura nkanje, ukūye iyi minyororo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |