Ivyakozwe 26:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Pawulo asubizayo ati: “Nyenicubahiro Fesito, sinasaze. Ivyo ndiko ndavuga ni ukuri kandi biratahuritse. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Paulo aramwishura, ati Sinsaze, Fesito umwubahwa, ariko mvuga amajambo y’ukuri kand’ aroranye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |