Ivyakozwe 25:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Ariko jewe nasanze ata kintu na kimwe yakoze cotuma yicwa, ariko kubera yamaze gusaba kwungururizwa kwa Kayisari, nahisemwo kuzomurungika i Roma. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Ariko nsanga ntiyakoze igikwiye kumwicisha, kand’ ubgiwe agomvye kwitwara kuri Augusito, ngabira kumumurungikira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |