Ivyakozwe 25:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Fesito avuga ati: “Mwami Agiripa, namwe mwese mukoraniye ngaha, murabona uwu mugabo! Abayuda bose baranyitwayeko bambwira ivyiwe haba i Yerusalemu canke ngaha i Kayisariya, basemerera ko adakwiye kwongera kubaho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Nuko Fesito aravuga, ati Mwami Agiripa, namwe mwese abo turi kumwe hano, murabona uyu, uwo ishengero ry’Abayuda bose bānsabira i Yerusalemu bo n’ino, basemerera ngo ntagikwiye kubaho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |