Ivyakozwe 25:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Ku musi ukurikira, Agiripa na Berenise baza bari kumwe n’abagendanyi benshi, binjira muri sentare baherekejwe n’abasoda bakurubakuru hamwe n’abubahwa bo muri ico gisagara. Fesito aca ategeka ko bazana Pawulo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Bukeye bg’aho, Agiripa na Berenike bazanana icubahiro cinshi, binjirana mw ikombe n’abakuru b’abagabisha b’abasoda n’abahambaye bo mur’ ico gisagara; maze Fesito avuga ko bazana Paulo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |