Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Ivyakozwe 25:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Jewe sinabona uko noca urwo rubanza, ni co gituma nasavye ko Pawulo yoja i Yerusalemu kugira ngo uburanire yo kuri ivyo bamwagiriza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Nanje nzazaniwe ingene nobaza ivy’ ivyo, ndamubaza yukw agomba kuja i Yerusalemu, gucirirway’ urubanza rw’ivyo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Ivyakozwe 25:20
2 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uwo mukobwa amaze kwoshwa na nyina wiwe, abwira Herode ati: “Ndasavye umpere kuri iyi sahani umutwe wa Yohana Umubatizi.”


Kubera Fesito yagomba gushimisha Abayuda, aca abaza Pawulo ati: “Uriteguye kuduga i Yerusalemu kugira ngo uburanire imbere yanje hariya?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ