Ivyakozwe 25:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Ariko bari bafise ivyo bapfa na we bijanye n’idini ryabo hamwe n’umugabo yitwa Yesu yari yarapfuye, ariko Pawulo we akemeza ko ari muzima. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 ariko bāmurega ibihāri vyo mw idini yabo, n’ivy’ umuntu yitwa Yesu, yapfuye, uwo Paulo yavuga ashimitse kw ari muzima. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |