Ivyakozwe 25:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Nimba hari icaha na kimwe kinyagira cotuma nicwa, sinanse gupfa. Ariko nimba ivyo bariko baranyagiriza atari vyo, nta n’umwe afise uburenganzira bwo kundekurira kuri aba Bayuda. Nsavye kwungururiza kwa Kayisari.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Nuko namba naragabitanije, canke narakoze ibikwiye kunyicisha, sinanka gupfa: ariko namb’ ivyo aba bandega atari ko biri, nta muntu ashobora kubampa. Nzokwitwara kuri Kayisari. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |