Ivyakozwe 25:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Pawulo arishura ati: “Ubu mpagaze imbere y’ubucamanza bwa Kayisari, kandi ni ho ntegerezwa kuburanira. Nta caha nokoreye Abayuda nk’uko na we ubizi neza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Ariko Paulo aramwishura, ati Mpagaze aha imbere y’intebe y’imanza ishinzwe na Kayisari, ni ho nkwiye gucirwa urubanza. Nta kibi nagiriye Abayuda, kandi nawe urabizi neza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |